Skip to content
الحج /

Ayah 41

22 : 41

Ayah 41 of الحج (22 : 41). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 41

ٱلَّذِينَ إِن مَّكَّنَّٰهُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ أَقَامُواْ ٱلصَّلَوٰةَ وَءَاتَوُاْ ٱلزَّكَوٰةَ وَأَمَرُواْ بِٱلۡمَعۡرُوفِ وَنَهَوۡاْ عَنِ ٱلۡمُنكَرِۗ وَلِلَّهِ عَٰقِبَةُ ٱلۡأُمُورِ

Barya iyo Twebwe Allah Tubatsimbataje kw’isi, baheza bagatsimbataza amasengesho ku mwanya wayo, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa, bakabwiriza no gukora ivyiza bakanabuza no gukora ibibi. Burya rero iherezo ry’ibintu vyose rigenwa n’Imana Allah.

Explanation & meanings · 2
  1. Mu kwubaha no kwubahiriza agateka k’Imana Allah n’agateka k’ibiremwa.
  2. Vyabujijwe n’Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo.