Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 239

2 : 239
البَقَرَة Ayahs 286
2 : 239

فَإِنۡ خِفۡتُمۡ فَرِجَالًا أَوۡ رُكۡبَانٗاۖ فَإِذَآ أَمِنتُمۡ فَٱذۡكُرُواْ ٱللَّهَ كَمَا عَلَّمَكُم مَّا لَمۡ تَكُونُواْ تَعۡلَمُونَ

Nimwatinya ko umwansi yobubira muri mw’isengesho akabatera, murasenga muriko muragenda canke muri ku bitwazi uko bibashobokeye kwose; nko gukoresha ibimenyetso canke kudatumbera ubutumbero bwo gusenga. Nimwatekana, muraheza rero musenge isengesho ry’uwutekanye rikwije ibisabwa, maze muninahaze Imana Allah muyishimira ku ngingo n’amabwirizwa Yabigishije vyerekeye ukuyiyegereza, mutari gupfa mubimenye.

Explanation & meanings · 1
  1. Iri sengesho ryitwa “swalaatu l-Khawf” isengesho ry’uwutekewe n’ubwoba.