12 : 103
وَمَآ أَكۡثَرُ ٱلنَّاسِ وَلَوۡ حَرَصۡتَ بِمُؤۡمِنِينَ
Abenshi mu babangikanyamana mu bantu warungitsweko, ntibemera n’aho wokwitwararika kubararikira ukwemera.