Skip to content
Huud /

Ayah 118

11 : 118

Ayah 118 of Huud (11 : 118). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Huud Ayahs 123
Surah · Huud
Ikirundi · Gehiti
11 : 118

وَلَوۡ شَآءَ رَبُّكَ لَجَعَلَ ٱلنَّاسَ أُمَّةٗ وَٰحِدَةٗۖ وَلَا يَزَالُونَ مُخۡتَلِفِينَ

Iyo rero Imana yawe Rurema Allah Ishaka, Yari gutuma abantu bose baba umugwi umwe, ukurikira idini rimwe ry’ubwislamu. Abantu rero ntibazoreka kwicamwo imigwi;