101 : 5
وَتَكُونُ ٱلۡجِبَالُ كَٱلۡعِهۡنِ ٱلۡمَنفُوشِ
N’imisozi ikaba nk’ubwoya bw’isufi busanzajwe, butumuriwe hejuru n’umuyaga.
Explanation & meanings · 1
- Isufi, ni ubwoya bw'intama canke ubw’agakwavu.