Skip to content
التوبَة /

Ayah 106

9 : 106

Ayah 106 of التوبَة (9 : 106). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 106

وَءَاخَرُونَ مُرۡجَوۡنَ لِأَمۡرِ ٱللَّهِ إِمَّا يُعَذِّبُهُمۡ وَإِمَّا يَتُوبُ عَلَيۡهِمۡۗ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٞ

Bemeramana! Mu basivye ku rugamba rwa Tabuuki, harimwo n’abandi bicujije ku vyo bakoze, bakirindiriye ingingo y’Imana Allah ibega; ko Yobahana canke Yobababarira. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi uwukwiye guhanwa canke kubabarirwa; Intungane mu vyo Ikora;

Explanation & meanings · 1
  1. Abo na bo bakaba ari: MURARA mwene Al-Rabii’i, KA’B mwene Maalik na Hilaali mwene Umayya.