Skip to content
At-Tawba /

Ayah 105

9 : 105

Ayah 105 of At-Tawba (9 : 105). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

At-Tawba Ayahs 129
Surah · At-Tawba
Ikirundi · Gehiti
9 : 105

وَقُلِ ٱعۡمَلُواْ فَسَيَرَى ٱللَّهُ عَمَلَكُمۡ وَرَسُولُهُۥ وَٱلۡمُؤۡمِنُونَۖ وَسَتُرَدُّونَ إِلَىٰ عَٰلِمِ ٱلۡغَيۡبِ وَٱلشَّهَٰدَةِ فَيُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ

Muvugishwamana! Bwira abasivye ku rugamba uti: “Nimukore ibitegetswe n’Imana Allah mwirinde ubugaba, Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’abemeramana bazoheza babone ivyo mwakoze, maze muhinyuke, muzonasubizwa ku Mana Allah Rumenyi rw’ibinyegeje n’ibiboneka, Iheze Ibabwire ku musi w’izuka ido n’ido y’ivyo mwari mwarakoze kw’isi”.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, harimwo agahigihigi kuri uwo wese adahesha mu bugaba n’ubwononyi.