Skip to content
المُلك /

Ayah 15

67 : 15

Ayah 15 of المُلك (67 : 15). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المُلك Ayahs 30
Surah · المُلك
Ikirundi · Gehiti
67 : 15

هُوَ ٱلَّذِي جَعَلَ لَكُمُ ٱلۡأَرۡضَ ذَلُولٗا فَٱمۡشُواْ فِي مَنَاكِبِهَا وَكُلُواْ مِن رِّزۡقِهِۦۖ وَإِلَيۡهِ ٱلنُّشُورُ

Ni Yo Yaborohereje kuba kw’isi no kuyikorerako. Kubera ivyo rero, nimugendagende mukwiragire mu mihingo yayo yose, mufungure no mu vyo Ibahaye. Ni kuri Yo gusa muzosubira, kugira muharurirwe, muhemberwe n'ivyo mwakoze.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irahimiriza abantu kurondera ikibabeshaho bizeye Imana Imwe Rudende Allah, ikanabibutsa gushima inema zayo, ikabihaniza kuganzwa n’ivy’isi.