61 : 2
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لِمَ تَقُولُونَ مَا لَا تَفۡعَلُونَ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ni kuki musezerana canke muvuga ivyo mudakora ngo muvyubahirize?
Explanation & meanings · 1
- Iyi Aayah, ni inkebuzo ku muntu uwo ari we wese akora ibihushanye n’ivyo avuga.