Skip to content
Al-An'aam /

Ayah 103

6 : 103

Ayah 103 of Al-An'aam (6 : 103). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-An'aam Ayahs 165
Surah · Al-An'aam
Ikirundi · Gehiti
6 : 103

لَّا تُدۡرِكُهُ ٱلۡأَبۡصَٰرُ وَهُوَ يُدۡرِكُ ٱلۡأَبۡصَٰرَۖ وَهُوَ ٱللَّطِيفُ ٱلۡخَبِيرُ

Ntibonwa n’amaso y’ibiremwa kw’isi mu gihe Yo Ibona ibiremwa vyose. Ni na Yo rero Rumenyi-Rudahishwa, Muhetuziwavyose!

Explanation & meanings · 1
  1. Ariko mu buzima bw’inyuma yo gupfa, abemeramana bazoyibona n’amaso ukuri kwamye.