Skip to content
الحَشر /

Ayah 23

59 : 23

Ayah 23 of الحَشر (59 : 23). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحَشر Ayahs 24
Surah · الحَشر
Ikirundi · Gehiti
59 : 23

هُوَ ٱللَّهُ ٱلَّذِي لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ ٱلۡمَلِكُ ٱلۡقُدُّوسُ ٱلسَّلَٰمُ ٱلۡمُؤۡمِنُ ٱلۡمُهَيۡمِنُ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡجَبَّارُ ٱلۡمُتَكَبِّرُۚ سُبۡحَٰنَ ٱللَّهِ عَمَّا يُشۡرِكُونَ

Ni Yo Mana Allah, nta yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo. Ni Yo Mwami, Nyenubutagatifu, Semahoro, Nyenugutekanisha, Uwiganje, Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Ntahangarwa, Nyenukwishima. Ukuninahazwa, ni ukw’Imana Allah mu buryo burengeye cane ivyo bayitiranya bayibangikanya;

Explanation & meanings · 3
  1. Imana Allah Itekanisha Intumwa n’Abavugishwamana, Ikanabatsimbataza mu kubahishurira amabwirizwa n’ibitangaro.
  2. Mu kurereka ibiremwa hamwe n’ivyo bikora.
  3. Nta kinanira Imana Allah, haba kw’isi canke mu majuru.