Skip to content
المَائدة /

Ayah 91

5 : 91
المَائدة Ayahs 120
Surah · المَائدة
Ikirundi · Gehiti
5 : 91

إِنَّمَا يُرِيدُ ٱلشَّيۡطَٰنُ أَن يُوقِعَ بَيۡنَكُمُ ٱلۡعَدَٰوَةَ وَٱلۡبَغۡضَآءَ فِي ٱلۡخَمۡرِ وَٱلۡمَيۡسِرِ وَيَصُدَّكُمۡ عَن ذِكۡرِ ٱللَّهِ وَعَنِ ٱلصَّلَوٰةِۖ فَهَلۡ أَنتُم مُّنتَهُونَ

Ni ukuri, shetani ishaka gutera urwanko n’inzigo hagati yanyu ibicishije mu kunywa inzoga no gukina urusimbi, gutyo ibabuze kuninahaza no gutazira Imana Allah, inababuze no gutsimbataza amasengesho, nimuvavanure na vyo rero;