Skip to content
الأحقَاف /

Ayah 10

46 : 10

Ayah 10 of الأحقَاف (46 : 10). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأحقَاف Ayahs 35
Surah · الأحقَاف
Ikirundi · Gehiti
46 : 10

قُلۡ أَرَءَيۡتُمۡ إِن كَانَ مِنۡ عِندِ ٱللَّهِ وَكَفَرۡتُم بِهِۦ وَشَهِدَ شَاهِدٞ مِّنۢ بَنِيٓ إِسۡرَٰٓءِيلَ عَلَىٰ مِثۡلِهِۦ فَـَٔامَنَ وَٱسۡتَكۡبَرۡتُمۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ

Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Nimumbwire, mu gihe iyi Qor’ani yoba yavuye ku Mana Allah, maze mukayihakana mwivuye inyuma, hakaba n’icabona kivuye muri Bene Israyeli, cemeza ko muri Tawurati harimwo ibifitaniye isano na yo, kikaza cemeza umuzo w’Intumwa ari yo jewe Muhamadi, kikanagendera ibiri muri Qor’ani, na mwe mukirenganya mukagira amanyama mu kutavyemera, hari ukugarariza kwoza kuruta ukwo! Mu vy’ukuri Imana Allah, ntirongora mu nzira yayo y’ubwislamu abantu birenganya mu kuyigarariza no mu kurenga ku mabwirizwa yayo”.

Explanation & meanings · 1
  1. Ico cabona, ni Abdu Llaahi mwene Salaam, akaba yari umwe mu bamenyi bo muri Bene Israyeli imbere yuko aba umwislamu.