Skip to content
Al-Jaathiyah /

Ayah 18

45 : 18

Ayah 18 of Al-Jaathiyah (45 : 18). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Jaathiyah Ayahs 37
Surah · Al-Jaathiyah
Ikirundi · Gehiti
45 : 18

ثُمَّ جَعَلۡنَٰكَ عَلَىٰ شَرِيعَةٖ مِّنَ ٱلۡأَمۡرِ فَٱتَّبِعۡهَا وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَ ٱلَّذِينَ لَا يَعۡلَمُونَ

Ntumwa y’Imana! Mu nyuma rero, ni ho Twagushingira ingingo z’amabwirizwa y’idini atomoye. Kurikira rero izo ngingo maze uzubahirize. Ntugakurikire ivyipfuzo vy’abadatahura nya ngingo, ata n’ukuri bazi.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irerekana ko idini ritunganye mu ngingo no mu mabwirizwa vyayo, ari ubwislamu; bikaba ngombwa rero, ko akurikizwa ata guhesha, ha gushira imbere ivyipfuzo vy’abantu.