Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 82

4 : 82

Ayah 82 of النِّسَاء (4 : 82). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 82

أَفَلَا يَتَدَبَّرُونَ ٱلۡقُرۡءَانَۚ وَلَوۡ كَانَ مِنۡ عِندِ غَيۡرِ ٱللَّهِ لَوَجَدُواْ فِيهِ ٱخۡتِلَٰفٗا كَثِيرٗا

Mbega none abirengagiza kwumvira Imana Allah n’Intumwa yayo, ntibotegera Qor’ani ngo banyurwe n’ivyemezo vyayo vyerekana ko yavuye ku Mana Allah! Iyo Qor’ani iza kuba yavuye ahatari ku Mana Allah, ni ukuri bari kuyisangamwo amahinyu n’ibihushane vyinshi;