Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 79

4 : 79

Ayah 79 of النِّسَاء (4 : 79). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 79

مَّآ أَصَابَكَ مِنۡ حَسَنَةٖ فَمِنَ ٱللَّهِۖ وَمَآ أَصَابَكَ مِن سَيِّئَةٖ فَمِن نَّفۡسِكَۚ وَأَرۡسَلۡنَٰكَ لِلنَّاسِ رَسُولٗاۚ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ شَهِيدٗا

Muntu! Ivyiza ivyo ari vyo vyose uronse, biba bivuye ku Mana Allah. Ivyago na vyo bigushikiye, biba biturutse ku ngaruka y’ibikorwa vyawe bibi. Ntumwa y’Imana! Twakurungitse rero kugira ube Intumwa ku bantu bose, kandi rero burya Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Cabonakurivyose Yemeza ko washikirije vy’ukuri ubutumwa.