Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 41

4 : 41

Ayah 41 of النِّسَاء (4 : 41). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 41

فَكَيۡفَ إِذَا جِئۡنَا مِن كُلِّ أُمَّةِۭ بِشَهِيدٖ وَجِئۡنَا بِكَ عَلَىٰ هَٰٓؤُلَآءِ شَهِيدٗا

Mbega abantu bazomererwa gute ku musi w’izuka, igihe Twebwe Allah Twarengukije mu mugwi uwo ari wo wose w’abantu, Intumwa warungikiwe kugira iwagirize ku vyo wakoze, Tugashoka Tukurengutsa na wewe Muhamadi kugira wagirize abo warungitsweko, ko wabashikirije ubutumwa buvuye ku Mana yawe Rurema Allah!