Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 40

4 : 40
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 40

إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَظۡلِمُ مِثۡقَالَ ذَرَّةٖۖ وَإِن تَكُ حَسَنَةٗ يُضَٰعِفۡهَا وَيُؤۡتِ مِن لَّدُنۡهُ أَجۡرًا عَظِيمٗا

Mu vy’ukuri, Imana Allah ntirenganya na gato, n’aho koba akantu kangana n’inzatsa. Iciza rero, n’iyo coba kingana n’inzatsa, Imana Allah Iraheza Ikakigwiza, Ikanaha uwagikoze impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru.