39 : 30
إِنَّكَ مَيِّتٞ وَإِنَّهُم مَّيِّتُونَ
Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri wewe uzopfa, kandi na bo nyene mu vy’ukuri bazopfa;