Skip to content
الرُّوم /

Ayah 41

30 : 41
الرُّوم Ayahs 60
Surah · الرُّوم
Ikirundi · Gehiti
30 : 41

ظَهَرَ ٱلۡفَسَادُ فِي ٱلۡبَرِّ وَٱلۡبَحۡرِ بِمَا كَسَبَتۡ أَيۡدِي ٱلنَّاسِ لِيُذِيقَهُم بَعۡضَ ٱلَّذِي عَمِلُواْ لَعَلَّهُمۡ يَرۡجِعُونَ

Ubwononyi bwibonekeje kw’isi; imusozi no mw’ibahari, buturutse ku vyaha bikorwa n’abantu, butuma Imana Allah Ibahanira kw’isi bimwe mu vyo bakoze kugira bikebuke bigaye, baheze baroranirwe kw’isi.

Explanation & meanings · 1
  1. Nk’igwirirana ry’indwara, itara ry’imvura n’ihindagurika ry’ibihe vyayo, amapfa n’ibiza vy’indwara z’akaranda zifata abantu, ibitungwa n’ibiterwa, n’ibindi.