Skip to content
الرُّوم /

Ayah 23

30 : 23

Ayah 23 of الرُّوم (30 : 23). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الرُّوم Ayahs 60
Surah · الرُّوم
Ikirundi · Gehiti
30 : 23

وَمِنۡ ءَايَٰتِهِۦ مَنَامُكُم بِٱلَّيۡلِ وَٱلنَّهَارِ وَٱبۡتِغَآؤُكُم مِّن فَضۡلِهِۦٓۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَٰتٖ لِّقَوۡمٖ يَسۡمَعُونَ

Biri no mu vyemezo vyerekana ko Imana Allah Ishoboye, kubagirira ukuryama mw’ijoro kuba ari akaryo keza ko kuruhuka, no kubagirira umurango kuba ari akaryo ko kurondera icobabeshaho mu mpano zayo. Muri ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo ivyemezo bigaragara vyotuma abantu bumva, bategera bakamenya ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah mu gutunganiriza ibiremwa.