Skip to content
الرُّوم /

Ayah 21

30 : 21

Ayah 21 of الرُّوم (30 : 21). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الرُّوم Ayahs 60
Surah · الرُّوم
Ikirundi · Gehiti
30 : 21

وَمِنۡ ءَايَٰتِهِۦٓ أَنۡ خَلَقَ لَكُم مِّنۡ أَنفُسِكُمۡ أَزۡوَٰجٗا لِّتَسۡكُنُوٓاْ إِلَيۡهَا وَجَعَلَ بَيۡنَكُم مَّوَدَّةٗ وَرَحۡمَةًۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَٰتٖ لِّقَوۡمٖ يَتَفَكَّرُونَ

Biri no mu vyemezo vyerekana ko Imana Allah Ishoboye, kuba Yarabaremeye abakenyezi mu nkomoko yanyu nyene ya kiremwa-muntu, kugira mugire ituze muri kumwe na bo, Iraheza Ishira hagati y’umugabo n’umukenyezi wiwe umutima w’impuhwe n’urukundo pfampfe. Muri ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo ivyemezo bigaragara vyotuma abantu biyumvira, bikebuka bagatahura ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah.