23 : 89
سَيَقُولُونَ لِلَّهِۚ قُلۡ فَأَنَّىٰ تُسۡحَرُونَ
Bazoheza bakwishure bavuga bati: “Ivyo vyose biganzwa n’Imana Allah”. Uraca ubabwira rero uti: “Ni gute none mwihenda mu kudasenga Imana Imwe Rudende Allah no mu kutemera izurwa ry’ibiremwa!”.