Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 90

23 : 90

Ayah 90 of المؤمنُون (23 : 90). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 90

بَلۡ أَتَيۡنَٰهُم بِٱلۡحَقِّ وَإِنَّهُمۡ لَكَٰذِبُونَ

Ahubwo rero Twebwe Allah, Twazaniye abahakanyi ukuri mu vyo Twarungikanye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah); mu vy’ukuri abahakanyi, nta nkeka ko banyomoza mw’ibangikanyamana no mw’ihakana ry’izurwa ry’ibiremwa.