Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 88

23 : 88

Ayah 88 of المؤمنُون (23 : 88). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 88

قُلۡ مَنۢ بِيَدِهِۦ مَلَكُوتُ كُلِّ شَيۡءٖ وَهُوَ يُجِيرُ وَلَا يُجَارُ عَلَيۡهِ إِن كُنتُمۡ تَعۡلَمُونَ

Ntumwa y’Imana! Babaze ubabwire kandi uti: “Ni nde Agaba Akaganza ibintu vyose mu kubibeshaho, Agatabara uwugize ivyago, ata n’uwushobora gutabara ngo akingire uwundi ibihano n’ivyago Yamugereye nimwaba hari ico muzi koko!”.