23 : 87
سَيَقُولُونَ لِلَّهِۚ قُلۡ أَفَلَا تَتَّقُونَ
Bazoheza bakwishure bavuga bati: “Rugaba wavyo ni Imana Allah”. Uraca ubabwira rero uti: “Ubwo ntimwotinya ibihano vy’Imana Allah iyo muriko murayibangikanya n’ibiremwa!”.
Ayah 87 of المؤمنُون (23 : 87). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.