Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 51

23 : 51

Ayah 51 of المؤمنُون (23 : 51). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 51

يَٰٓأَيُّهَا ٱلرُّسُلُ كُلُواْ مِنَ ٱلطَّيِّبَٰتِ وَٱعۡمَلُواْ صَٰلِحًاۖ إِنِّي بِمَا تَعۡمَلُونَ عَلِيمٞ

Emwe Ntumwa z’Imana! Nimufungure mu vyiza bibaryoheye birekuwe, muheze mukore n’ibikorwa vyiza bitegetswe, mu vy’ukuri Jewe Allah, Ndazi neza ivyo mukora vyose, ndi Nyenubumenyikurivyose.

Explanation & meanings · 1
  1. Ingingo ivugwa muri iyi Aayah yega Intumwa z’Imana zose hamwe n’abemeramana bazikurikiye. Iyi Aayah kandi iranigisha ko ugufungura mu vyiza biryoshe birekuwe gufasha umuntu kunonokerwa mu gukora ibikorwa vyiza bitegetswe, n’uko gufungura ibibi bizira bitera umuntu amagorwa harimwo no kutemererwa igisabisho.