Skip to content
Al-Ambiyaa-i /

Ayah 30

21 : 30

Ayah 30 of Al-Ambiyaa-i (21 : 30). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Ambiyaa-i Ayahs 112
Surah · Al-Ambiyaa-i
Ikirundi · Gehiti
21 : 30

أَوَلَمۡ يَرَ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓاْ أَنَّ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ كَانَتَا رَتۡقٗا فَفَتَقۡنَٰهُمَاۖ وَجَعَلۡنَا مِنَ ٱلۡمَآءِ كُلَّ شَيۡءٍ حَيٍّۚ أَفَلَا يُؤۡمِنُونَ

Mbega abagararije bakabangikanya Imana Allah, ntibaramenya ko mu vy’ukuri amajuru n’isi vyari bifatanye, maze Twebwe Allah Turaheza Turabifatanura ku bushobozi n'ububasha vyacu, Duca Dutuma hagwa imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, isi iratotahara, gutyo amazi Tuyagira inkomoko y’ubuzima bw'ikintu ico ari co cose mu binyabuzima! Mbega none abagarariji ntibokwemera ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, maze bakayisenga batayibangikanya!

Explanation & meanings · 1
  1. Ico gihe nta kirere hagati y’ijuru n’isi cariho ngo hashobore kugwa imvura.