Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 281

2 : 281

Ayah 281 of البَقَرَة (2 : 281). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 281

وَٱتَّقُواْ يَوۡمٗا تُرۡجَعُونَ فِيهِ إِلَى ٱللَّهِۖ ثُمَّ تُوَفَّىٰ كُلُّ نَفۡسٖ مَّا كَسَبَتۡ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ

Bantu! Nimwiyubare rero umusi mwasubiye ku Mana Allah kugira muharurirwe, hanyuma umwe wese muri mwebwe akazohabwa indishi y’ivyiza canke ibibi yarondeye, kandi rero abantu ntibazorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi.

Explanation & meanings · 1
  1. Izi Aayah zirerekana ko kuvavanura n’inyungu izira (riba) gutsimbataza ukwemera hamwe n’ibindi bikorwa vyiza bitegetswe; nk’ugutsimbataza amasengesho, ugutanga ishikanwa-bwirizwa n’ibindi.