Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 251

2 : 251

Ayah 251 of البَقَرَة (2 : 251). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 251

فَهَزَمُوهُم بِإِذۡنِ ٱللَّهِ وَقَتَلَ دَاوُۥدُ جَالُوتَ وَءَاتَىٰهُ ٱللَّهُ ٱلۡمُلۡكَ وَٱلۡحِكۡمَةَ وَعَلَّمَهُۥ مِمَّا يَشَآءُۗ وَلَوۡلَا دَفۡعُ ٱللَّهِ ٱلنَّاسَ بَعۡضَهُم بِبَعۡضٖ لَّفَسَدَتِ ٱلۡأَرۡضُ وَلَٰكِنَّ ٱللَّهَ ذُو فَضۡلٍ عَلَى ٱلۡعَٰلَمِينَ

Ni ho rero bahavuye babatsinda ku bushobozi bw’Imana Allah, Dawudi (nyakugira amahoro y’Imana Allah) araheza arica Jaluti umukuru w’izo ngabo, maze Imana Allah Ica Imuha ubwami n’ubutumwa kuri Bene Israyeli, Imwigisha n’ivyo Ishaka mu bumenyi. Iyo rero Imana Allah Itaja Iraha inkomezi abemeramana ngo batsinde abagarariji, isi yari kwuzura ubwononyi bitewe n’ukuganza kw’abagarariji, ariko rero Imana Allah ni Nyeningabirano ku biremwa vyose.