Skip to content
Al-Baqara /

Ayah 180

2 : 180

Ayah 180 of Al-Baqara (2 : 180). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Baqara Ayahs 286
Surah · Al-Baqara
Ikirundi · Gehiti
2 : 180

كُتِبَ عَلَيۡكُمۡ إِذَا حَضَرَ أَحَدَكُمُ ٱلۡمَوۡتُ إِن تَرَكَ خَيۡرًا ٱلۡوَصِيَّةُ لِلۡوَٰلِدَيۡنِ وَٱلۡأَقۡرَبِينَ بِٱلۡمَعۡرُوفِۖ حَقًّا عَلَى ٱلۡمُتَّقِينَ

Mwategetswe mu gihe umwe muri mwebwe yoba ari ku mpfiro, bishitse agasiga amatungo, ko yoraga ku neza ata nkunzi bimwe muri yo, maze bigaherezwa abavyeyi biwe n’incuti za hafi mu muryango afatiye ku bakenye kurusha abandi, mu gihe bitarenze ica gatatu c’amatungo yiwe. Ako ni agateka ntabanduka kubahirizwa n’abagamburukiramana.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi ngingo yubahirizwa imbere yuko hamanuka Aayah zitunganya ibijanye no gutorana.