Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 173

2 : 173

Ayah 173 of البَقَرَة (2 : 173). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 173

إِنَّمَا حَرَّمَ عَلَيۡكُمُ ٱلۡمَيۡتَةَ وَٱلدَّمَ وَلَحۡمَ ٱلۡخِنزِيرِ وَمَآ أُهِلَّ بِهِۦ لِغَيۡرِ ٱللَّهِۖ فَمَنِ ٱضۡطُرَّ غَيۡرَ بَاغٖ وَلَا عَادٖ فَلَآ إِثۡمَ عَلَيۡهِۚ إِنَّ ٱللَّهَ غَفُورٞ رَّحِيمٌ

Ivyo Imana Allah Yaziririje kuri mwebwe, ni ivyobagirira ingaruka mbi nk’intumvyi, ikiremve (ubuseri), inyama y’ingurube n’ivyabagiwe rero ikitari Imana Allah. Kubera rero impuhwe z’Imana Allah kuri mwebwe, uwo wese ubuzima bwiwe buzoba bubangamiwe n’inzara, ararekuriwe gufungura ibikwiriye kurokora ubuzima atarengeje urugero canke ngo arenge imbibe z’ibirekuwe n’Imana Allah, uyo rero nta caha kuri we. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

Explanation & meanings · 1
  1. Igitungwa capfuye kidakerewe kw’izina ry’Imana Allah.