Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 29

17 : 29
الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 29

وَلَا تَجۡعَلۡ يَدَكَ مَغۡلُولَةً إِلَىٰ عُنُقِكَ وَلَا تَبۡسُطۡهَا كُلَّ ٱلۡبَسۡطِ فَتَقۡعُدَ مَلُومٗا مَّحۡسُورًا

Ntukabe rero ingumyi mu kudatanga mu bikorwa vy’igamburukiramana; kandi ntugasesagure mu gutanga gushika n’aho utanga ibirengeye ubushobozi bwawe, maze ugatangura gutanako imiragwe n’abantu bakakunebagura, ugatangura kwicuza kw’isesagurwa ry’ubutunzi bwawe.

Explanation & meanings · 1
  1. Nko gusumira umuryango no gufasha aboro n’abakene batagira shinge na rugero, n’ibindi.