Skip to content
An-Nahl /

Ayah 50

16 : 50

Ayah 50 of An-Nahl (16 : 50). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nahl Ayahs 128
Surah · An-Nahl
Ikirundi · Gehiti
16 : 50

يَخَافُونَ رَبَّهُم مِّن فَوۡقِهِمۡ وَيَفۡعَلُونَ مَا يُؤۡمَرُونَ۩

Batinya Imana yabo Rurema Allah Iri hejuru yabo mu cubahiro n’amatazirano yayo, kandi bashira mu ngiro ivyo bategetswe na Yo.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irerekana ko Imana Allah Iri hejuru y’ibiremwa mu bumana bwayo nk’uko biyikwiye.