Skip to content
النَّحل /

Ayah 49

16 : 49
النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 49

وَلِلَّهِۤ يَسۡجُدُۤ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ مِن دَآبَّةٖ وَٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ وَهُمۡ لَا يَسۡتَكۡبِرُونَ

Ibigendagenda biri mu majuru n’ibiri mw’isi, vyose vyubamira Imana Allah; n’abamalayika nyene bubamira Imana Allah, kandi ntibagira amanyama ngo bareke kwicisha bugufi kuri Yo;

Explanation & meanings · 1
  1. Imana Allah muri iyi Aayah, Yadomyeko urutoke abamalayika kandi na bo baharurwa mu bigendagenda, ku kubera ubwinshi bwabo n’icubahiro bafise kuri Yo.