Skip to content
النَّحل /

Ayah 118

16 : 118

Ayah 118 of النَّحل (16 : 118). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 118

وَعَلَى ٱلَّذِينَ هَادُواْ حَرَّمۡنَا مَا قَصَصۡنَا عَلَيۡكَ مِن قَبۡلُۖ وَمَا ظَلَمۡنَٰهُمۡ وَلَٰكِن كَانُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ يَظۡلِمُونَ

Ntumwa y’Imana! Twebwe Allah Twaranaziririje ku bayahudi gusa ivyo Twamaze kukudondagurira, ntitwigeze rero Tubarenganya namba muri iryo ziririza, ariko ni bo birenganije mu bugarariji, maze Tubahanisha iryo ziririza.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyaziririjwe ku bayahudi, ni ico ari co cose mu bikoko gifise ibinono bidasatuye, ibinure vy’inka canke intungwa, kiretse ibinure bisanzwe biri mu nyama canke umusokoro uri mu magufa.