16 : 117
مَتَٰعٞ قَلِيلٞ وَلَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Baryoherwa akanya gato gusa n’ubuzima bwo kw’isi, baranategekanirijwe n’ibihano bibabaza mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
Ayah 117 of النَّحل (16 : 117). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.