Skip to content
يُونس /

Ayah 106

10 : 106

Ayah 106 of يُونس (10 : 106). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 106

وَلَا تَدۡعُ مِن دُونِ ٱللَّهِ مَا لَا يَنفَعُكَ وَلَا يَضُرُّكَۖ فَإِن فَعَلۡتَ فَإِنَّكَ إِذٗا مِّنَ ٱلظَّٰلِمِينَ

Kandi ntugasabe mu gusenga ikitari Imana Allah, ata na kimwe cokumarira mu gihe wogisaba, eka ata n’ico cokwicira mu gihe woreka kugisaba. Mu gihe rero, woramuka ugisavye, woca uba mu babangikanyamana birenganije mw'ibangikanyamana;

Explanation & meanings · 1
  1. Ingingo iri muri iyi Aayah, n’aho itumberejwe ku Ntumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ariko ishirwa mu ngiro ryayo, ryerekeye abislamu bose muri rusangi.