Skip to content

السؤال

س١١: ماذا تقول قبل الوضوء؟

Ikibazo cya cumi na rimwe: Ni ubuhe busabe uvuga mbere yo gutawaza (Udhu)?

الجواب

ج:«بسم الله»

رواه أبو داود وغيره.

Igisubizo: "BISMILLAH: Ku izina rya Allah".

Yakiriwe na Abu Daud n'abandi.