Skip to content
Al-Bayyinah /

Ayah 4

98 : 4

Ayah 4 of Al-Bayyinah (98 : 4). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Bayyinah Ayahs 8
Surah · Al-Bayyinah
Ikirundi · Gehiti
98 : 4

وَمَا تَفَرَّقَ ٱلَّذِينَ أُوتُواْ ٱلۡكِتَٰبَ إِلَّا مِنۢ بَعۡدِ مَا جَآءَتۡهُمُ ٱلۡبَيِّنَةُ

Abahawe Igitabu, ntibiciyemwo imigwi ku vyerekeye ukwemera umuzo w’Intumwa Muhamadi, kiretse inyuma y’aho bashikiriwe n’icemeza kiboneka, cemeza ko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana), ari yo Ntumwa y’Imana Allah basezeraniwe mu Bitabu vyabo.

Explanation & meanings · 1
  1. Abahawe Igitabu, bari basanzwe bazi neza ibiranga Intumwa igiye kuza, baranemera ko ari Intumwa y’ukuri bisunze ibiyiranga, ariko iyo Ntumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana) imaze kuza, bariciyemwo imigwi; muri bo hari abayemeye baranayikurikira, hari n’abayihakanye baranayirwanya biturutse kw’ishari n’akarenganyo.