Skip to content
التوبَة /

Ayah 113

9 : 113

Ayah 113 of التوبَة (9 : 113). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 113

مَا كَانَ لِلنَّبِيِّ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ أَن يَسۡتَغۡفِرُواْ لِلۡمُشۡرِكِينَ وَلَوۡ كَانُوٓاْ أُوْلِي قُرۡبَىٰ مِنۢ بَعۡدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمۡ أَنَّهُمۡ أَصۡحَٰبُ ٱلۡجَحِيمِ

Nta ho vyakabaye ko Umuvugishwamana hamwe n’abemeramana, basabira imbabazi ku Mana Allah, ababangikanyamana bapfuye bakibangikanya n’aho boba bari abavandimwe babo, mu nyuma y'aho bamenye neza na neza ko bari mu bantu bo mu muriro ururumba.

Explanation & meanings · 1
  1. Ku kubera ko Imana Allah Itababarira ibangikanyamana. Imana Allah Yavuze Iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah ntigumiriza akabanga ku vyaha ngo Ibabarire uwuyibangikanya” (An-Nisaa-i: 48). Iranavuga kandi Iti: “Mu vy’ukuri, uwuzobangikanya Imana Allah, ni ukuri Imana Allah Yaraziririje ko yoja mu Bwami bw’ijuru” (Al-Maa-ida: 72).