Skip to content
نُوح /

Ayah 14

71 : 14

Ayah 14 of نُوح (71 : 14). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

نُوح Ayahs 28
Surah · نُوح
Ikirundi · Gehiti
71 : 14

وَقَدۡ خَلَقَكُمۡ أَطۡوَارًا

Mu gihe ari Yo Yabaremye mu rukurikirane rutandukanye;

Explanation & meanings · 1
  1. Yarabaremye mu ntanga, hanyuma Iziremamwo amaraso avuze; hanyuma Iyaremamwo igihimba c’inyama, hanyuma Ikiremamwo amagufa; hanyuma Iraheza Yambika nya magufa inyama.