50 : 17
إِذۡ يَتَلَقَّى ٱلۡمُتَلَقِّيَانِ عَنِ ٱلۡيَمِينِ وَعَنِ ٱلشِّمَالِ قَعِيدٞ
Igihe abamalayika babiri baba bari iburyo n’ibubamfu, maze uwuri iburyo akandika ibikorwa vy'umuntu vyiza, uwuri ibubamfu na we akandika ibikorwa vyiwe bibi;