44 : 54
كَذَٰلِكَ وَزَوَّجۡنَٰهُم بِحُورٍ عِينٖ
Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twahaye abagamburukiramana Ubwami bw’ijuru Tukabambika n’impuzu z’iteka - Tuzobatera n’iteka ryo kubashingira abakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru, barangwa n’ubwiza bw’akataraboneka (Hururayini);