44 : 55
يَدۡعُونَ فِيهَا بِكُلِّ فَٰكِهَةٍ ءَامِنِينَ
Muri Bwo, bazosaba guherezwa amoko yose y’ivyamwa bipfuza, batekaniwe ku kuba nya vyamwa bitigera bihundura;