Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 89

43 : 89
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 89

فَٱصۡفَحۡ عَنۡهُمۡ وَقُلۡ سَلَٰمٞۚ فَسَوۡفَ يَعۡلَمُونَ

Maze Imana Allah Ica Imubwira Iti: “Irengagize ibangamira ryabo, uheze ubabwire uti: “Nihasasagare amahoro y’Imana Allah, singera ingere y’ikibi ku kindi”. Bitebe bitebuke rero, bazomenya ibizobashikira mu bihano bategekanirijwe ku musi w’izuka”.