Skip to content
As-Shuuraa /

Ayah 51

42 : 51

Ayah 51 of As-Shuuraa (42 : 51). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

As-Shuuraa Ayahs 53
Surah · As-Shuuraa
Ikirundi · Gehiti
42 : 51

۞ وَمَا كَانَ لِبَشَرٍ أَن يُكَلِّمَهُ ٱللَّهُ إِلَّا وَحۡيًا أَوۡ مِن وَرَآيِٕ حِجَابٍ أَوۡ يُرۡسِلَ رَسُولٗا فَيُوحِيَ بِإِذۡنِهِۦ مَا يَشَآءُۚ إِنَّهُۥ عَلِيٌّ حَكِيمٞ

Nta ho vyakabaye ko haba umuntu avugana n’Imana Allah amaso mu yandi, kiretse ko Imuhishurira; canke akavugana na Yo inyuma y’ipaziya, nka kurya Yavuganye na Musa; canke Ikamurungikira Intumwa Jibrili, maze ikamuhishurira ku burenganzira bwayo ivyo Ishaka kumuhishurira. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenicubahiro-ntangere, Intungane mu vyo Ikora.

Explanation & meanings · 2
  1. Iyi Aayah, ni icemezo c’uko Imana Allah Ivuga mu buryo buberanye n’icubahiro cayo.
  2. Mu kuntu Iteye, mu mazina yayo, mu matazirano yayo no mu bikorwa vyayo.