Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 98

4 : 98
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 98

إِلَّا ٱلۡمُسۡتَضۡعَفِينَ مِنَ ٱلرِّجَالِ وَٱلنِّسَآءِ وَٱلۡوِلۡدَٰنِ لَا يَسۡتَطِيعُونَ حِيلَةٗ وَلَا يَهۡتَدُونَ سَبِيلٗا

Kiretse abari bafise ingoga nke ku mvo z’ubusaza mu bagabo no mu bakenyezi, hamwe rero n’abana badashoboye kwirwanako, batazi n’inzira bofata ibakura mu karenganyo barimwo;