4 : 99
فَأُوْلَٰٓئِكَ عَسَى ٱللَّهُ أَن يَعۡفُوَ عَنۡهُمۡۚ وَكَانَ ٱللَّهُ عَفُوًّا غَفُورٗا
Abo rero badashoboye kwirwanako, kumbure Imana Allah Izobaharira ibicumuro vyabo. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenuguhariribicumuro, Nyenimbabazi-ntangere.