Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 149

4 : 149
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 149

إِن تُبۡدُواْ خَيۡرًا أَوۡ تُخۡفُوهُ أَوۡ تَعۡفُواْ عَن سُوٓءٖ فَإِنَّ ٱللَّهَ كَانَ عَفُوّٗا قَدِيرًا

Mu gihe mwogaragaza igikorwa ciza canke mukakigirira mu mpisho, canke mukagaragaza ikibi c’uwabagiriye nabi murondera kurenganurwa, canke mukamuharira nya kibi, ari na vyo vyiza cane, muramenya ko Imana Allah Yamye ari Nyenuguhariribicumuro, Mushoboravyose.